- Advertisement -

Amakuru

IBIRO BIKURU BIJEJWE GUTUNGANYA AMATORA MURI BDUSA

IKIRANGA MINSI C’AMATORA

Barundi mwese muba muri Reta zunze Ubumwe za Amerika, Turabibukije ko Ishirahamwe rihuza abarundi bose baba muri Amerika, BDUSA, ririko rirategura amatora y’Indongozi nkuru sahwanya z’abarundi baba muri Amerika. Ayo matora azotangura kuwa 27/6/2019 arangire kuwa 29/6/2019. Raba rero iki gikorwa ntikigucike nimba uri umurundi w’Umutima anyotewe ukujahamwe n’iterambere riboneka mu barundi baba muri USA.

Ng’aya amatariki makuru makuru azoranga  amatora muri BDUSA:

ITARIKI NKORA MUTIMA IGITEGEKANIJWE GUKORWA
  10/5/2019 – 7/6/2019   Iyandikwa ry’abazotora n’abashaka kwitoza ( Kwakira abashaka kwitoza)
  8/6/2019   Gutangaza urutonde rwa nyuma rw’abazokwitoza
9/6/2019 – 26/6/2019 Igihe co kwiyamamaza
  26/6/2019 Umusi wa nyuma wo kwiyandikisha kw’abazotora
27/6/2019 – 29/6/2019 Imisi y’amatora k’ubuhinga bwa none
30/6/2019 Gutangaza ivyavuye mu matora + Guhimbaza ukwikukira k’Uburundi

Ufise ikibazo twandikire canke uduhamagare kuri :

E-mail:burundiusa1@gmail.com

Tel:

Bagenzi +14802466950

Pierre +16124074351

Eli +16053239002

- Advertisement -

Stay Connected

450FansLike
150FollowersFollow
302SubscribersSubscribe

Must Read

BDUSA bagarukiye kubahuye n’imyuzurira mu Gatumba

https://www.youtube.com/watch?v=bUgiK_Rm3js Ishirahamwe BDUSA ryaramutse rigarukira kubanyagihugu bateshejwe izabo n’imyuzurira bakoranirijwe mu mahema muri site Kinyinya ya kabiri iri muri zone #Gatumba, komine #Mutimbuzi intara ya...
- Advertisement -

Madam Zena Ntiranyibagira yaraye ashikanye agaseke mugihugu cacu

Inyuma y'imyaka irenga mirongo ibiri adahonyoza ikirenge mu gihugu c'amavuko, umupfasoni Zena Ntiranyibagira aba i New York akaba ari nawe avugira ishirahamwe ry'abarundi baba...

IYEREKA RY’INDONGOZI YO MUNTARA YA PENNYSLVANIA: BDUSA

IYEREKA RY'INDONGOZI YO MUNTARA YA PENNYSLVANIA: BDUSA

Samuel Ndayiragije ati: “Muribuke kwigerera banywanyi ba BDUSA”

Samuel Ndayiragije ati: "Muribuke kwigerera banywanyi ba BDUSA"

Related News

abatowe Kuba indongozi za BDUSA PENNSLVANIA

abatowe Kuba indongozi za BDUSA PENNSLVANIA abatowe Kuba indongozi za BDUSA PENNSLVANIA abatowe Kuba indongozi za BDUSA PENNSLVANIA abatowe Kuba indongozi za BDUSA PENNSLVANIA...
- Advertisement -
Burundian Diaspora in USA

Burundian Diaspora in USA