Wisdom of life

Monthly Archives: February 2020

Madam Zena Ntiranyibagira yaraye ashikanye agaseke mugihugu cacu

Inyuma y'imyaka irenga mirongo ibiri adahonyoza ikirenge mu gihugu c'amavuko, umupfasoni Zena Ntiranyibagira aba i New York akaba ari nawe avugira ishirahamwe ry'abarundi baba muri Amerika, BDUSA yaraye agarutse azanwe n'urukundo rwamye ruranga abasokuru, aho yaje azanye agakemanyi iryo shirahamwe ryateguriye gufashisha abarundi baheruka guhura n'umwuzurira bakabura ab'abo n'ivyabo. [youtube v="wwbq84kPd2s"]

Read more