Burundi Diaspora

Uncategorized

Amakuru

IBIRO BIKURU BIJEJWE GUTUNGANYA AMATORA MURI BDUSA IKIRANGA MINSI C’AMATORA Barundi mwese muba muri Reta zunze Ubumwe za Amerika, Turabibukije ko Ishirahamwe rihuza abarundi bose baba muri Amerika, BDUSA, ririko rirategura amatora y’Indongozi nkuru sahwanya z’abarundi baba muri Amerika. Ayo matora azotangura kuwa 27/6/2019 arangire kuwa 29/6/2019. Raba rero iki gikorwa ntikigucike nimba uri umurundi w’Umutima anyotewe ukujahamwe n’iterambere

Read more